Matayo 26:2 Bibiliya y’isi nshasha 2 “Murazi yuko mu misi ibiri hazoba pasika*+, kandi Umwana w’umuntu azogaburwa ngo amanikwe+.” Luka 17:22 Bibiliya y’isi nshasha 22 Maze abwira abigishwa ati: “Imisi izoza aho muzokwipfuza kubona umwe mu misi y’Umwana w’umuntu, mugabo ntimuzowubona+.
22 Maze abwira abigishwa ati: “Imisi izoza aho muzokwipfuza kubona umwe mu misi y’Umwana w’umuntu, mugabo ntimuzowubona+.