ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET ca Watchtower
Watchtower
ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET
Ikirundi
  • BIBILIYA
  • IVYASOHOWE
  • AMAKORANIRO
  • Kuvayo 12:14
    Bibiliya y’isi nshasha
    • 14 “‘Kandi uyo musi uze ubabere icibutso, kandi mubwirizwa kuwuhimbaza bwa musi mukuru wa Yehova mu mayaruka yanyu yose. Mukwiye kuwuhimbaza bwa cagezwe gushika igihe kitagira urugero.

  • Mariko 14:1
    Bibiliya y’isi nshasha
    • 14 Hagisigaye imisi ibiri+ ngo habe pasika*+ be n’umusi mukuru+ w’imikate itarimwo umwambiro, abakuru b’abaherezi n’abanditsi bariko bararondera ingene bomufata ku rwenge bakamwica+;

  • Luka 22:1
    Bibiliya y’isi nshasha
    • 22 Ico gihe umusi mukuru w’imikate itarimwo umwambiro, uwo bita Pasika+, wariko uregereza.

  • Yohani 13:1
    Bibiliya y’isi nshasha
    • 13 Yezu rero, kubera ko yari azi imbere y’umusi mukuru wa pasika yuko isaha yiwe yari igeze+ y’uko ava muri iyi si akaja kwa Se+, kubera yari yarakunze abiwe bari mw’isi+, yarabakunze gushika kw’iherezo.

Ibitabu vy’ikirundi (1983-2026)
Sohoka
Injira
  • Ikirundi
  • Rungika
  • Uko vyoza bimeze
  • Copyright © 2025 Watch Tower Bible and Tract Society of Pennsylvania
  • Amasezerano agenga ikoreshwa
  • Ibijanye no kugumya ibanga
  • Gutunganya ibijanye no kugumya ibanga
  • JW.ORG
  • Injira
Rungika