Matayo 26:2 Bibiliya y’isi nshasha 2 “Murazi yuko mu misi ibiri hazoba pasika*+, kandi Umwana w’umuntu azogaburwa ngo amanikwe+.” Yohani 12:23 Bibiliya y’isi nshasha 23 Mugabo Yezu abishura ati: “Isaha irageze y’uko Umwana w’umuntu aninahazwa+. Yohani 17:1 Bibiliya y’isi nshasha 17 Yezu avuga ivyo bintu, hanyuma araramurira amaso mw’ijuru+, avuga ati: “Data, isaha irageze; ninahaza umwana wawe, kugira ngo umwana wawe akuninahaze+,
17 Yezu avuga ivyo bintu, hanyuma araramurira amaso mw’ijuru+, avuga ati: “Data, isaha irageze; ninahaza umwana wawe, kugira ngo umwana wawe akuninahaze+,