Yohani 15:9 Bibiliya y’isi nshasha 9 Nk’uko Data yankunze+ nanje nkaba narabakunze, nimugume mu rukundo rwanje. Yohani 17:9 Bibiliya y’isi nshasha 9 Ndabasabira; sinsabira isi+, ahubwo nsabira abo wampaye; kubera ko ari abawe, Abagalatiya 2:20 Bibiliya y’isi nshasha 20 Manikanywe na Kristu+. Si jewe nkiriho+, ahubwo Kristu ni we ariho mu bumwe nanje+. Nkako, ubuzima mbayeho ubu+ mu mubiri, ndabubayeho ku bw’ukwizera kwerekeye Umwana w’Imana yankunze akanyigura+. Abanyefeso 5:2 Bibiliya y’isi nshasha 2 kandi mubandanye kugendera mu rukundo+, nk’uko na Kristu yabakunze+ akabigura, akaba ishikanwa+ n’ikimazi bihawe Imana ngo bibe akamoto keza+. 1 Yohani 3:16 Bibiliya y’isi nshasha 16 Iki ni co twamenyeyeko urukundo+, kuko urya yatwiguze+; natwe tubwirizwa kwigura bene wacu+.
20 Manikanywe na Kristu+. Si jewe nkiriho+, ahubwo Kristu ni we ariho mu bumwe nanje+. Nkako, ubuzima mbayeho ubu+ mu mubiri, ndabubayeho ku bw’ukwizera kwerekeye Umwana w’Imana yankunze akanyigura+.
2 kandi mubandanye kugendera mu rukundo+, nk’uko na Kristu yabakunze+ akabigura, akaba ishikanwa+ n’ikimazi bihawe Imana ngo bibe akamoto keza+.