Abaroma 6:6 Bibiliya y’isi nshasha 6 kuko tuzi yuko umuntu wacu wa kera yamanikanywe na we+, kugira ngo umubiri wacu w’umucumuzi ntugire ico ushikako+, ntitwongere kubandanya kuba abashumba b’igicumuro+. Abagalatiya 5:24 Bibiliya y’isi nshasha 24 Vyongeye, abegukira Kristu Yezu, umubiri bawumanikanye n’inambu zawo be n’ivyipfuzo vyawo+. Abagalatiya 6:14 Bibiliya y’isi nshasha 14 Ntibikabe yuko nokwirata, kiretse niratiye igiti co kubabarizwako+ c’Umukama wacu Yezu Kristu. Biciye kuri uyo, kuri jewe isi yaramanitswe+, kuri yo nanje nkaba naramanitswe.
6 kuko tuzi yuko umuntu wacu wa kera yamanikanywe na we+, kugira ngo umubiri wacu w’umucumuzi ntugire ico ushikako+, ntitwongere kubandanya kuba abashumba b’igicumuro+.
14 Ntibikabe yuko nokwirata, kiretse niratiye igiti co kubabarizwako+ c’Umukama wacu Yezu Kristu. Biciye kuri uyo, kuri jewe isi yaramanitswe+, kuri yo nanje nkaba naramanitswe.