Luka 14:27 Bibiliya y’isi nshasha 27 Uwo wese atikorera igiti co kubabarizwako ciwe ngo ankurikire ntashobora kuba umwigishwa wanje+. 1 Abakorinto 2:2 Bibiliya y’isi nshasha 2 Kuko nafashe ingingo yo kutamenya ikintu na kimwe muri mwebwe kiretse Yezu Kristu+, kandi amanitswe.
2 Kuko nafashe ingingo yo kutamenya ikintu na kimwe muri mwebwe kiretse Yezu Kristu+, kandi amanitswe.