Matayo 16:24 Bibiliya y’isi nshasha 24 Maze Yezu abwira abigishwa biwe ati: “Nimba umuntu ashaka kunkurikira, niyiyanke atore igiti co kubabarizwako ciwe hanyuma agume+ ankurikira. Mariko 8:34 Bibiliya y’isi nshasha 34 Buno ahamagara isinzi ngo rize kuri we hamwe n’abigishwa biwe, ababwira ati: “Nimba umuntu ashaka kunkurikira, niyiyanke atore igiti co kubabarizwako ciwe hanyuma agume ankurikira+. Luka 9:23 Bibiliya y’isi nshasha 23 Maze abandanya kubwira bose ati: “Nimba umuntu ashaka kunkurikira, niyiyanke+ atore igiti co kubabarizwako ciwe imisi yose, hanyuma agume ankurikira+. Abagalatiya 6:14 Bibiliya y’isi nshasha 14 Ntibikabe yuko nokwirata, kiretse niratiye igiti co kubabarizwako+ c’Umukama wacu Yezu Kristu. Biciye kuri uyo, kuri jewe isi yaramanitswe+, kuri yo nanje nkaba naramanitswe.
24 Maze Yezu abwira abigishwa biwe ati: “Nimba umuntu ashaka kunkurikira, niyiyanke atore igiti co kubabarizwako ciwe hanyuma agume+ ankurikira.
34 Buno ahamagara isinzi ngo rize kuri we hamwe n’abigishwa biwe, ababwira ati: “Nimba umuntu ashaka kunkurikira, niyiyanke atore igiti co kubabarizwako ciwe hanyuma agume ankurikira+.
23 Maze abandanya kubwira bose ati: “Nimba umuntu ashaka kunkurikira, niyiyanke+ atore igiti co kubabarizwako ciwe imisi yose, hanyuma agume ankurikira+.
14 Ntibikabe yuko nokwirata, kiretse niratiye igiti co kubabarizwako+ c’Umukama wacu Yezu Kristu. Biciye kuri uyo, kuri jewe isi yaramanitswe+, kuri yo nanje nkaba naramanitswe.