Matayo 10:38 Bibiliya y’isi nshasha 38 Kandi uwo wese atemera kwikorera igiti co kubabarizwako ciwe ngo ankurikire, ntankwiriye+. Matayo 16:24 Bibiliya y’isi nshasha 24 Maze Yezu abwira abigishwa biwe ati: “Nimba umuntu ashaka kunkurikira, niyiyanke atore igiti co kubabarizwako ciwe hanyuma agume+ ankurikira. Mariko 8:34 Bibiliya y’isi nshasha 34 Buno ahamagara isinzi ngo rize kuri we hamwe n’abigishwa biwe, ababwira ati: “Nimba umuntu ashaka kunkurikira, niyiyanke atore igiti co kubabarizwako ciwe hanyuma agume ankurikira+. Luka 14:27 Bibiliya y’isi nshasha 27 Uwo wese atikorera igiti co kubabarizwako ciwe ngo ankurikire ntashobora kuba umwigishwa wanje+.
24 Maze Yezu abwira abigishwa biwe ati: “Nimba umuntu ashaka kunkurikira, niyiyanke atore igiti co kubabarizwako ciwe hanyuma agume+ ankurikira.
34 Buno ahamagara isinzi ngo rize kuri we hamwe n’abigishwa biwe, ababwira ati: “Nimba umuntu ashaka kunkurikira, niyiyanke atore igiti co kubabarizwako ciwe hanyuma agume ankurikira+.