Yohani 3:16 Bibiliya y’isi nshasha 16 “Kuko Imana yakunze+ isi cane ku buryo yatanze Umwana wayo w’ikinege+, kugira ngo umuntu wese amwizera+ ntarandurwe+ ahubwo aronke ubuzima budahera+. Yohani 15:13 Bibiliya y’isi nshasha 13 Nta wufise urukundo ruruta uru: ko umuntu yigura abagenzi biwe+. Abaroma 8:32 Bibiliya y’isi nshasha 32 Iyitazigurije n’Umwana wayo bwite+ mugabo ikamutanga ku bwacu twese+, izobuzwa n’iki kandi kuduhana na we ibindi bintu vyose n’umutima ukunze+?
16 “Kuko Imana yakunze+ isi cane ku buryo yatanze Umwana wayo w’ikinege+, kugira ngo umuntu wese amwizera+ ntarandurwe+ ahubwo aronke ubuzima budahera+.
32 Iyitazigurije n’Umwana wayo bwite+ mugabo ikamutanga ku bwacu twese+, izobuzwa n’iki kandi kuduhana na we ibindi bintu vyose n’umutima ukunze+?