Yohani 10:11 Bibiliya y’isi nshasha 11 Ni jewe mwungere w’agahebuza+; umwungere w’agahebuza arigura intama+. Abaroma 5:7 Bibiliya y’isi nshasha 7 Kuko bitoroshe ko umuntu apfira umugororotsi+; mu vy’ukuri, umuntu mwiza+ kumbure umuntu yokwubahuka kumupfira+. Abanyefeso 5:2 Bibiliya y’isi nshasha 2 kandi mubandanye kugendera mu rukundo+, nk’uko na Kristu yabakunze+ akabigura, akaba ishikanwa+ n’ikimazi bihawe Imana ngo bibe akamoto keza+. 1 Yohani 3:16 Bibiliya y’isi nshasha 16 Iki ni co twamenyeyeko urukundo+, kuko urya yatwiguze+; natwe tubwirizwa kwigura bene wacu+.
7 Kuko bitoroshe ko umuntu apfira umugororotsi+; mu vy’ukuri, umuntu mwiza+ kumbure umuntu yokwubahuka kumupfira+.
2 kandi mubandanye kugendera mu rukundo+, nk’uko na Kristu yabakunze+ akabigura, akaba ishikanwa+ n’ikimazi bihawe Imana ngo bibe akamoto keza+.