1 Samweli 17:35 Bibiliya y’isi nshasha 35 Nanje ndagikurikira, ndagikubita+, nkura nya gitungwa mu kanwa kaco. Kimvumbukiye, ndagicakira ivyanwa maze ndakigarika, ndacica. Yesaya 53:7 Bibiliya y’isi nshasha 7 Yarasugerezwa+, akemera agatezwa amarushwa+; yamara ntiyakurako umunwa. Yazanwa nk’intama igiye gukererwa+; kandi kurya kw’intama y’ingore yacitse ikiragi imbere y’abayikemura, na we nyene ntiyakurako umunwa+. Abaheburayo 13:20 Bibiliya y’isi nshasha 20 Ya Mana y’amahoro+ rero, imwe yakura mu bapfuye+ wa mwungere+ mukuru w’intama+ ikoresheje amaraso y’isezerano ry’ibihe bidahera+, Umukama wacu Yezu,
35 Nanje ndagikurikira, ndagikubita+, nkura nya gitungwa mu kanwa kaco. Kimvumbukiye, ndagicakira ivyanwa maze ndakigarika, ndacica.
7 Yarasugerezwa+, akemera agatezwa amarushwa+; yamara ntiyakurako umunwa. Yazanwa nk’intama igiye gukererwa+; kandi kurya kw’intama y’ingore yacitse ikiragi imbere y’abayikemura, na we nyene ntiyakurako umunwa+.
20 Ya Mana y’amahoro+ rero, imwe yakura mu bapfuye+ wa mwungere+ mukuru w’intama+ ikoresheje amaraso y’isezerano ry’ibihe bidahera+, Umukama wacu Yezu,