Matayo 27:39 Bibiliya y’isi nshasha 39 Nuko abahita batangura kumutuka+, bazunza+ umutwe, Matayo 27:41 Bibiliya y’isi nshasha 41 N’abakuru b’abaherezi nyene hamwe n’abanditsi be n’abagabo b’inararibonye batangura kumushinyaguriza, bavuga+ ngo: Yohani 19:1 Bibiliya y’isi nshasha 19 Ico gihe rero Pilato afata Yezu, aramushishagura+. 1 Petero 2:23 Bibiliya y’isi nshasha 23 Igihe yatukwa+, ntiyasubizayo igitutsi+. Igihe yababazwa+, ntiyahiga, mugabo yaguma yiha umwe+ aca imanza mu bugororotsi.
41 N’abakuru b’abaherezi nyene hamwe n’abanditsi be n’abagabo b’inararibonye batangura kumushinyaguriza, bavuga+ ngo:
23 Igihe yatukwa+, ntiyasubizayo igitutsi+. Igihe yababazwa+, ntiyahiga, mugabo yaguma yiha umwe+ aca imanza mu bugororotsi.