Yesaya 50:6 Bibiliya y’isi nshasha 6 Umugongo wanje nawuhaye abankubita, amatama+ yanje na yo abashikura ubwanwa. Mu maso hanje sinahahishije ibintu bitetereza be n’igikororwa+. Matayo 20:19 Bibiliya y’isi nshasha 19 bamugabure mu maboko y’abanyamahanga kugira ashinyagurizwe, ashishagurwe yongere amanikwe+, kandi ku musi ugira gatatu azozurwa+.” Matayo 27:26 Bibiliya y’isi nshasha 26 Maze abarekurira Baraba, mugabo akubitisha+ Yezu hanyuma aramutanga ngo amanikwe+. Mariko 15:15 Bibiliya y’isi nshasha 15 Pilato, kugira ngo ashirire iryo sinzi aho rishaka+, abarekurira Baraba, hanyuma amaze gukubitisha Yezu, aramutanga ngo amanikwe+. Luka 18:33 Bibiliya y’isi nshasha 33 hanyuma bamaze kumushishagura+ bazomwica+, mugabo ku musi ugira gatatu azozuka+.”
6 Umugongo wanje nawuhaye abankubita, amatama+ yanje na yo abashikura ubwanwa. Mu maso hanje sinahahishije ibintu bitetereza be n’igikororwa+.
19 bamugabure mu maboko y’abanyamahanga kugira ashinyagurizwe, ashishagurwe yongere amanikwe+, kandi ku musi ugira gatatu azozurwa+.”
15 Pilato, kugira ngo ashirire iryo sinzi aho rishaka+, abarekurira Baraba, hanyuma amaze gukubitisha Yezu, aramutanga ngo amanikwe+.