Yona 1:17 Bibiliya y’isi nshasha 17 Maze Yehova arungika urufi runini ngo rumire Yona+, bituma Yona amara imbere muri nya rufi imisi itatu n’amajoro atatu+. Matayo 20:19 Bibiliya y’isi nshasha 19 bamugabure mu maboko y’abanyamahanga kugira ashinyagurizwe, ashishagurwe yongere amanikwe+, kandi ku musi ugira gatatu azozurwa+.” Mariko 10:34 Bibiliya y’isi nshasha 34 bamushinyagurize, bamucireko, bamushishagure hanyuma bamwice, mugabo haciye imisi itatu azozuka+.” Luka 9:22 Bibiliya y’isi nshasha 22 mugabo avuga ati: “Umwana w’umuntu ategerezwa gushikirwa n’imibabaro myinshi no kwiyamirizwa n’abagabo b’inararibonye n’abakuru b’abaherezi be n’abanditsi, hanyuma akicwa+, maze ku musi ugira gatatu akazurwa+.”
17 Maze Yehova arungika urufi runini ngo rumire Yona+, bituma Yona amara imbere muri nya rufi imisi itatu n’amajoro atatu+.
19 bamugabure mu maboko y’abanyamahanga kugira ashinyagurizwe, ashishagurwe yongere amanikwe+, kandi ku musi ugira gatatu azozurwa+.”
34 bamushinyagurize, bamucireko, bamushishagure hanyuma bamwice, mugabo haciye imisi itatu azozuka+.”
22 mugabo avuga ati: “Umwana w’umuntu ategerezwa gushikirwa n’imibabaro myinshi no kwiyamirizwa n’abagabo b’inararibonye n’abakuru b’abaherezi be n’abanditsi, hanyuma akicwa+, maze ku musi ugira gatatu akazurwa+.”