Matayo 12:40 Bibiliya y’isi nshasha 40 Kuko nk’uko Yona+ yamaze imisi itatu n’amajoro atatu mu nda y’urufi runini, ni ko n’Umwana w’umuntu+ azomara imisi itatu n’amajoro atatu+ mu nda y’isi*+. Matayo 16:4 Bibiliya y’isi nshasha 4 Iyaruka ribi kandi ry’irisambanyi riguma rirondera ikimenyetso, mugabo nta kimenyetso rizohabwa+ atari ikimenyetso ca Yona+.” Aca arigira, abasiga ng’aho+. Luka 11:30 Bibiliya y’isi nshasha 30 Kuko nk’uko Yona+ yacitse ikimenyetso ku Banyaninewe, ni ko n’Umwana w’umuntu azoba kuri iri yaruka.
40 Kuko nk’uko Yona+ yamaze imisi itatu n’amajoro atatu mu nda y’urufi runini, ni ko n’Umwana w’umuntu+ azomara imisi itatu n’amajoro atatu+ mu nda y’isi*+.
4 Iyaruka ribi kandi ry’irisambanyi riguma rirondera ikimenyetso, mugabo nta kimenyetso rizohabwa+ atari ikimenyetso ca Yona+.” Aca arigira, abasiga ng’aho+.
30 Kuko nk’uko Yona+ yacitse ikimenyetso ku Banyaninewe, ni ko n’Umwana w’umuntu azoba kuri iri yaruka.