Matayo 16:21 Bibiliya y’isi nshasha 21 Kuva ico gihe Yezu Kristu atangura kwereka abigishwa biwe yuko ategerezwa kuja i Yeruzalemu agashikirwa n’ibintu vyinshi atejwe n’abagabo b’inararibonye n’abakuru b’abaherezi be n’abanditsi, hanyuma akicwa, maze ku musi ugira gatatu akazurwa+. Matayo 17:23 Bibiliya y’isi nshasha 23 kandi bazomwica, maze ku musi ugira gatatu azozurwa+.” Ivyo bibatera intuntu nyinshi+. Luka 24:46 Bibiliya y’isi nshasha 46 ababwira ati: “Uku ni ko vyanditswe yuko Kristu yobabajwe hanyuma akazuka mu bapfuye ku musi ugira gatatu+,
21 Kuva ico gihe Yezu Kristu atangura kwereka abigishwa biwe yuko ategerezwa kuja i Yeruzalemu agashikirwa n’ibintu vyinshi atejwe n’abagabo b’inararibonye n’abakuru b’abaherezi be n’abanditsi, hanyuma akicwa, maze ku musi ugira gatatu akazurwa+.
46 ababwira ati: “Uku ni ko vyanditswe yuko Kristu yobabajwe hanyuma akazuka mu bapfuye ku musi ugira gatatu+,