ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET ca Watchtower
Watchtower
ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET
Ikirundi
  • BIBILIYA
  • IVYASOHOWE
  • AMAKORANIRO
  • Yesaya 53:5
    Bibiliya y’isi nshasha
    • 5 Mugabo yaracumitwa+ azira ukugabitanya kwacu+; yarajanjagurwa azira amakosa yacu+. Uguhanwa kwo kutuzanira amahoro kwari kuri we+, kandi kubera ibikomere vyiwe+ twarashoboye gukira+.

  • Hoseya 6:2
    Bibiliya y’isi nshasha
    • 2 Haciye imisi ibiri, azotugira bazima+. Ku musi ugira gatatu azoduhagurutsa, tubeho imbere yiwe+.

  • Yona 1:17
    Bibiliya y’isi nshasha
    • 17 Maze Yehova arungika urufi runini ngo rumire Yona+, bituma Yona amara imbere muri nya rufi imisi itatu n’amajoro atatu+.

  • Mariko 9:31
    Bibiliya y’isi nshasha
    • 31 Kuko yariko yigisha abigishwa biwe ababwira ati: “Umwana w’umuntu abwirizwa gutangwa mu maboko y’abantu, kandi bazomwica+, mugabo naho azoba yishwe, azozuka inyuma y’imisi itatu+.”

Ibitabu vy’ikirundi (1983-2026)
Sohoka
Injira
  • Ikirundi
  • Rungika
  • Uko vyoza bimeze
  • Copyright © 2025 Watch Tower Bible and Tract Society of Pennsylvania
  • Amasezerano agenga ikoreshwa
  • Ibijanye no kugumya ibanga
  • Gutunganya ibijanye no kugumya ibanga
  • JW.ORG
  • Injira
Rungika