2 Abakorinto 5:19 Bibiliya y’isi nshasha 19 ni ukuvuga yuko Imana biciye kuri Kristu+ yariko yisubiza hamwe n’isi+ ntibaharureko amakosa yabo+, kandi yatujeje ijambo+ ry’ugusubiza hamwe+. Abakolosayi 1:20 Bibiliya y’isi nshasha 20 kandi biciye kuri we ikongera kwisubizako+ ibindi bintu vyose+ mu kugarukana amahoro+ biciye ku maraso+ yasheshe ku giti co kubabarizwako+, vyaba ivyo kw’isi canke ivyo mw’ijuru.
19 ni ukuvuga yuko Imana biciye kuri Kristu+ yariko yisubiza hamwe n’isi+ ntibaharureko amakosa yabo+, kandi yatujeje ijambo+ ry’ugusubiza hamwe+.
20 kandi biciye kuri we ikongera kwisubizako+ ibindi bintu vyose+ mu kugarukana amahoro+ biciye ku maraso+ yasheshe ku giti co kubabarizwako+, vyaba ivyo kw’isi canke ivyo mw’ijuru.