ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET ca Watchtower
Watchtower
ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET
Ikirundi
  • BIBILIYA
  • IVYASOHOWE
  • AMAKORANIRO
  • Yesaya 53:10
    Bibiliya y’isi nshasha
    • 10 Mugabo Yehova ubwiwe yarahimbawe no kumujanjagura+; yamuteye kurwara+. Niwamugira nk’ishikanwa ry’ukwagirwa n’icaha+, azobona uruvyaro rwiwe+, azorehura imisi yiwe+, kandi mu kuboko kwiwe ibihimbara+ Yehova bizokunda+.

  • Abaheburayo 12:2
    Bibiliya y’isi nshasha
    • 2 dushinze ijisho ya Mboneza+ akaba na We atuma ukwizera kwacu kuba ukutagira akanenge+, ari we Yezu. Ku bw’akanyamuneza yashizwe imbere yarihanganiye+ igiti co kubabarizwako, asuzugura ibimaramare, kandi yicaye iburyo bw’intebe y’ubwami y’Imana+.

Ibitabu vy’ikirundi (1983-2026)
Sohoka
Injira
  • Ikirundi
  • Rungika
  • Uko vyoza bimeze
  • Copyright © 2025 Watch Tower Bible and Tract Society of Pennsylvania
  • Amasezerano agenga ikoreshwa
  • Ibijanye no kugumya ibanga
  • Gutunganya ibijanye no kugumya ibanga
  • JW.ORG
  • Injira
Rungika