ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET ca Watchtower
Watchtower
ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET
Ikirundi
  • BIBILIYA
  • IVYASOHOWE
  • AMAKORANIRO
  • Abalewi 16:11
    Bibiliya y’isi nshasha
    • 11 “Kandi Aroni aze ashikirize ya shūri y’ishikanwa ry’igicumuro itangwa ku bwiwe, atange impongano ku bwiwe no ku bw’inzu yiwe. Aze akerere nya shūri y’ishikanwa ry’igicumuro itangwa ku bwiwe+.

  • 2 Abakorinto 5:21
    Bibiliya y’isi nshasha
    • 21 Umwe atari azi igicumuro+ yamugize igicumuro+ ku bwacu, kugira ngo ducike ubugororotsi bw’Imana+ biciye kuri we.

  • Abaheburayo 7:27
    Bibiliya y’isi nshasha
    • 27 Ntakeneye ku musi ku musi+, nka ba baherezi bakuru, gushikana ibimazi, ubwa mbere ku bw’ibicumuro vyiwe bwite+ hanyuma ku bw’ibicumuro vy’abantu+ (kuko ivyo yabigize rimwe rizima+ igihe yishikana+ ubwiwe);

Ibitabu vy’ikirundi (1983-2026)
Sohoka
Injira
  • Ikirundi
  • Rungika
  • Uko vyoza bimeze
  • Copyright © 2025 Watch Tower Bible and Tract Society of Pennsylvania
  • Amasezerano agenga ikoreshwa
  • Ibijanye no kugumya ibanga
  • Gutunganya ibijanye no kugumya ibanga
  • JW.ORG
  • Injira
Rungika