Abaheburayo 9:28 Bibiliya y’isi nshasha 28 ni ko na Kristu yashikanywe rimwe+ rizima kugira ngo yiremeke ibicumuro vya benshi+; kandi aho azobonekera+ irigira kabiri+ hazoba atari ku bw’igicumuro+, abonekere abamurindiranye igishika ku bw’ubukiriro bwabo+. Abaheburayo 10:14 Bibiliya y’isi nshasha 14 Kuko kw’ishikanwa rimwe ry’ikimazi+ ari ho abezwa yabagize abatagira akanenge+ ibihe vyose.
28 ni ko na Kristu yashikanywe rimwe+ rizima kugira ngo yiremeke ibicumuro vya benshi+; kandi aho azobonekera+ irigira kabiri+ hazoba atari ku bw’igicumuro+, abonekere abamurindiranye igishika ku bw’ubukiriro bwabo+.