ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET ca Watchtower
Watchtower
ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET
Ikirundi
  • BIBILIYA
  • IVYASOHOWE
  • AMAKORANIRO
  • Yesaya 43:25
    Bibiliya y’isi nshasha
    • 25 “Jewe—ni jewe mpanagura+ ibigabitanyo+ vyawe ku bwanje+, kandi ibicumuro vyawe sinzovyibuka+.

  • Abaroma 4:25
    Bibiliya y’isi nshasha
    • 25 Yaratanzwe ku bw’amakosa yacu+, hanyuma arazurwa kugira twitwe abagororotsi+.

  • Abaroma 5:18
    Bibiliya y’isi nshasha
    • 18 Nuko rero, nk’uko abantu b’uburyo bwose batsinzwe n’urubanza bivuye kw’ikosa rimwe+, ni na ko abantu b’uburyo bwose+ bitwa abagororotsi ku bw’ubuzima+ bivuye ku gikorwa kimwe c’ukuregurwa*+.

Ibitabu vy’ikirundi (1983-2026)
Sohoka
Injira
  • Ikirundi
  • Rungika
  • Uko vyoza bimeze
  • Copyright © 2025 Watch Tower Bible and Tract Society of Pennsylvania
  • Amasezerano agenga ikoreshwa
  • Ibijanye no kugumya ibanga
  • Gutunganya ibijanye no kugumya ibanga
  • JW.ORG
  • Injira
Rungika