Yohani 10:10 Bibiliya y’isi nshasha 10 Igisuma+ ntikiza kitazanywe no kwiba no kwica no gutikiza+. Jewe naje kugira ngo zironke ubuzima kandi ziburonke ari umurengera. Abaroma 3:25 Bibiliya y’isi nshasha 25 Imana yaramushizeho ngo abe ishikanwa ry’impongano+ biciye ku kwizera amaraso yiwe+. Kwari ukugira ngo yerekane ubugororotsi bwayo bwite kuko yariko ibabarira ibicumuro+ vyabaye kera igihe Imana yagira ukwirengagiza+;
10 Igisuma+ ntikiza kitazanywe no kwiba no kwica no gutikiza+. Jewe naje kugira ngo zironke ubuzima kandi ziburonke ari umurengera.
25 Imana yaramushizeho ngo abe ishikanwa ry’impongano+ biciye ku kwizera amaraso yiwe+. Kwari ukugira ngo yerekane ubugororotsi bwayo bwite kuko yariko ibabarira ibicumuro+ vyabaye kera igihe Imana yagira ukwirengagiza+;