ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET ca Watchtower
Watchtower
ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET
Ikirundi
  • BIBILIYA
  • IVYASOHOWE
  • AMAKORANIRO
  • Zaburi 37:29
    Bibiliya y’isi nshasha
    • 29 Abagororotsi bazokwigabira isi+,

      Kandi bazoyibako ibihe bidahera+.

  • Abaroma 5:6
    Bibiliya y’isi nshasha
    • 6 Kuko mu vy’ukuri igihe twari tukiri abagoyagoya+ ari ho Kristu yapfiriye abatibanga Imana, ku gihe cashinzwe+.

  • Abaroma 11:15
    Bibiliya y’isi nshasha
    • 15 Kuko nimba ugutabwa kwabo+ kuzanira isi ugusubiza hamwe n’Imana+, none ukwakirwa kwabo kuzozana iki atari ukugirwa bazima mu bapfuye?

  • 1 Yohani 2:2
    Bibiliya y’isi nshasha
    • 2 Kandi uyo ni ikimazi+ c’impongano+ ku bw’ibicumuro vyacu+, yamara atari ku bw’ivyacu+ gusa ahubwo kandi ku bw’ivy’isi yose+.

  • Ivyahishuwe 21:3
    Bibiliya y’isi nshasha
    • 3 Nca numva ijwi rirenga riva kuri ya ntebe y’ubwami, rivuga riti: “Ehe ihema+ ry’Imana riri kumwe n’abantu, kandi izobana+ na bo, na bo bazoba ibisata vyayo+. Kandi Imana ubwayo izobana na bo+.

Ibitabu vy’ikirundi (1983-2026)
Sohoka
Injira
  • Ikirundi
  • Rungika
  • Uko vyoza bimeze
  • Copyright © 2025 Watch Tower Bible and Tract Society of Pennsylvania
  • Amasezerano agenga ikoreshwa
  • Ibijanye no kugumya ibanga
  • Gutunganya ibijanye no kugumya ibanga
  • JW.ORG
  • Injira
Rungika