Abaroma 5:11 Bibiliya y’isi nshasha 11 Kandi si ivyo gusa, ahubwo mbere turigina mu Mana biciye ku Mukama wacu Yezu Kristu, biciye kuri we ubu tukaba twararonse ukwo gusubiza hamwe+. 2 Abakorinto 5:19 Bibiliya y’isi nshasha 19 ni ukuvuga yuko Imana biciye kuri Kristu+ yariko yisubiza hamwe n’isi+ ntibaharureko amakosa yabo+, kandi yatujeje ijambo+ ry’ugusubiza hamwe+.
11 Kandi si ivyo gusa, ahubwo mbere turigina mu Mana biciye ku Mukama wacu Yezu Kristu, biciye kuri we ubu tukaba twararonse ukwo gusubiza hamwe+.
19 ni ukuvuga yuko Imana biciye kuri Kristu+ yariko yisubiza hamwe n’isi+ ntibaharureko amakosa yabo+, kandi yatujeje ijambo+ ry’ugusubiza hamwe+.