2 Abakorinto 5:19 Bibiliya y’isi nshasha 19 ni ukuvuga yuko Imana biciye kuri Kristu+ yariko yisubiza hamwe n’isi+ ntibaharureko amakosa yabo+, kandi yatujeje ijambo+ ry’ugusubiza hamwe+. 1 Yohani 2:2 Bibiliya y’isi nshasha 2 Kandi uyo ni ikimazi+ c’impongano+ ku bw’ibicumuro vyacu+, yamara atari ku bw’ivyacu+ gusa ahubwo kandi ku bw’ivy’isi yose+.
19 ni ukuvuga yuko Imana biciye kuri Kristu+ yariko yisubiza hamwe n’isi+ ntibaharureko amakosa yabo+, kandi yatujeje ijambo+ ry’ugusubiza hamwe+.
2 Kandi uyo ni ikimazi+ c’impongano+ ku bw’ibicumuro vyacu+, yamara atari ku bw’ivyacu+ gusa ahubwo kandi ku bw’ivy’isi yose+.