Zaburi 22:15 Bibiliya y’isi nshasha 15 Ububasha bwanje bwumye nk’urujo+,Ururimi rwanje na rwo rumatanijwe n’ibinyigishi vyanje+;Kandi unshira mu mukungugu w’urupfu+. Yesaya 53:5 Bibiliya y’isi nshasha 5 Mugabo yaracumitwa+ azira ukugabitanya kwacu+; yarajanjagurwa azira amakosa yacu+. Uguhanwa kwo kutuzanira amahoro kwari kuri we+, kandi kubera ibikomere vyiwe+ twarashoboye gukira+. Yesaya 53:8 Bibiliya y’isi nshasha 8 Kubera ukuzigirizwa be n’urubanza, yarakuweho+; kandi ni nde azokwitaho ido n’ido ry’amamuko yiwe*+? Kuko yatandukanijwe+ n’igihugu c’abazima+. Yakubiswe+ azira ukugabitanya+ kw’abantu banje. Daniyeli 11:22 Bibiliya y’isi nshasha 22 Nayo amaboko+ y’isegenya, azorengerwa n’isegenya kubera we, kandi azovunagurwa+; ni na ko bizogendera+ ya Ndongozi+ y’isezerano+.
15 Ububasha bwanje bwumye nk’urujo+,Ururimi rwanje na rwo rumatanijwe n’ibinyigishi vyanje+;Kandi unshira mu mukungugu w’urupfu+.
5 Mugabo yaracumitwa+ azira ukugabitanya kwacu+; yarajanjagurwa azira amakosa yacu+. Uguhanwa kwo kutuzanira amahoro kwari kuri we+, kandi kubera ibikomere vyiwe+ twarashoboye gukira+.
8 Kubera ukuzigirizwa be n’urubanza, yarakuweho+; kandi ni nde azokwitaho ido n’ido ry’amamuko yiwe*+? Kuko yatandukanijwe+ n’igihugu c’abazima+. Yakubiswe+ azira ukugabitanya+ kw’abantu banje.
22 Nayo amaboko+ y’isegenya, azorengerwa n’isegenya kubera we, kandi azovunagurwa+; ni na ko bizogendera+ ya Ndongozi+ y’isezerano+.