2 Ngoma 32:8 Bibiliya y’isi nshasha 8 We ari kumwe n’ukuboko kw’abantu buntu+, mugabo twebwe turi kumwe na Yehova Imana yacu kugira ngo adutabare+ no kugira arwane intambara zacu+.” Nuko abantu bishimikiza amajambo ya Hezekiya umwami wa Yuda+.
8 We ari kumwe n’ukuboko kw’abantu buntu+, mugabo twebwe turi kumwe na Yehova Imana yacu kugira ngo adutabare+ no kugira arwane intambara zacu+.” Nuko abantu bishimikiza amajambo ya Hezekiya umwami wa Yuda+.