Gusubira mu vyagezwe 20:4 Bibiliya y’isi nshasha 4 kuko Yehova Imana yanyu agendana namwe ngo abarwanire mu kurwanya abansi banyu, kugira abakize+.’ Yosuwa 10:42 Bibiliya y’isi nshasha 42 Yosuwa afata abo bami bose n’igihugu cabo mu gihe kimwe+, kuko Yehova Imana ya Isirayeli ari we yarwanira Isirayeli+. 2 Ngoma 20:15 Bibiliya y’isi nshasha 15 Nuko avuga ati: “Nimwumvirize, ewe Yuda yose namwe ababa i Yeruzalemu nawe Mwami Yehoshafati! Ibi ni vyo Yehova ababwiye: ‘Ntimutinye+ canke ngo mutekerwe n’ubwoba kubera iryo sinzi rinini; kuko urugamba atari urwanyu, mugabo ni urw’Imana+. Abaroma 8:31 Bibiliya y’isi nshasha 31 None tuvuge iki kuri ivyo? Nimba Imana idushigikiye, ni nde azoturwanya+?
42 Yosuwa afata abo bami bose n’igihugu cabo mu gihe kimwe+, kuko Yehova Imana ya Isirayeli ari we yarwanira Isirayeli+.
15 Nuko avuga ati: “Nimwumvirize, ewe Yuda yose namwe ababa i Yeruzalemu nawe Mwami Yehoshafati! Ibi ni vyo Yehova ababwiye: ‘Ntimutinye+ canke ngo mutekerwe n’ubwoba kubera iryo sinzi rinini; kuko urugamba atari urwanyu, mugabo ni urw’Imana+.