Gusubira mu vyagezwe 1:29 Bibiliya y’isi nshasha 29 “Ni kwo kubabwira nti: ‘Ntimuranduke umutima canke ngo mutinye kubera bo+. Yosuwa 11:6 Bibiliya y’isi nshasha 6 Yehova aca abwira Yosuwa ati: “Ntubatinye+, kuko ejo nk’aya mango bose nzobagabura kuri Isirayeli, ukabagandagura. Amafarasi yabo muzoyaca ibitsi+, imikogote yabo na yo muyituririre mu muriro+.” 2 Ngoma 32:7 Bibiliya y’isi nshasha 7 “Gire umutima rugabo kandi mukomere+. Ntimutinye+ canke ngo mutekerwe n’ubwoba+ kubera umwami wa Ashuri+ no kubera isinzi ryose riri kumwe na we+; kuko abo turi kumwe ari benshi kuruta abari kumwe na we.
6 Yehova aca abwira Yosuwa ati: “Ntubatinye+, kuko ejo nk’aya mango bose nzobagabura kuri Isirayeli, ukabagandagura. Amafarasi yabo muzoyaca ibitsi+, imikogote yabo na yo muyituririre mu muriro+.”
7 “Gire umutima rugabo kandi mukomere+. Ntimutinye+ canke ngo mutekerwe n’ubwoba+ kubera umwami wa Ashuri+ no kubera isinzi ryose riri kumwe na we+; kuko abo turi kumwe ari benshi kuruta abari kumwe na we.