2 Abami 6:16 Bibiliya y’isi nshasha 16 Mugabo avuga ati: “Ntutinye+, kuko abari kumwe natwe ari benshi kuruta abari kumwe na bo+.” Yesaya 51:12 Bibiliya y’isi nshasha 12 “Jewe—jewe ni je ndabahoza+. “Uri nde ngo utinye umuntu buntu azopfa+, n’umwana w’abantu azogirwa nk’ivyatsi bitoto+?
12 “Jewe—jewe ni je ndabahoza+. “Uri nde ngo utinye umuntu buntu azopfa+, n’umwana w’abantu azogirwa nk’ivyatsi bitoto+?