2 Abami 19:6 Bibiliya y’isi nshasha 6 Maze Yesaya ababwira ati: “Mubwire umukama wanyu muti: ‘Ibi ni vyo Yehova avuze+: “Ntutinye+ kubera amajambo wumvise, ayo abasuku b’umwami wa Ashuri bakoresheje mu kumvuga nabi+. 2 Ngoma 20:15 Bibiliya y’isi nshasha 15 Nuko avuga ati: “Nimwumvirize, ewe Yuda yose namwe ababa i Yeruzalemu nawe Mwami Yehoshafati! Ibi ni vyo Yehova ababwiye: ‘Ntimutinye+ canke ngo mutekerwe n’ubwoba kubera iryo sinzi rinini; kuko urugamba atari urwanyu, mugabo ni urw’Imana+. Matayo 10:28 Bibiliya y’isi nshasha 28 Ntimutinye+ abica umubiri mugabo badashobora guhonya ubuzima*; ahubwo nyabuna mutinye urya+ ashobora guhonereza ubuzima* n’umubiri vyompi muri Gehena+.
6 Maze Yesaya ababwira ati: “Mubwire umukama wanyu muti: ‘Ibi ni vyo Yehova avuze+: “Ntutinye+ kubera amajambo wumvise, ayo abasuku b’umwami wa Ashuri bakoresheje mu kumvuga nabi+.
15 Nuko avuga ati: “Nimwumvirize, ewe Yuda yose namwe ababa i Yeruzalemu nawe Mwami Yehoshafati! Ibi ni vyo Yehova ababwiye: ‘Ntimutinye+ canke ngo mutekerwe n’ubwoba kubera iryo sinzi rinini; kuko urugamba atari urwanyu, mugabo ni urw’Imana+.
28 Ntimutinye+ abica umubiri mugabo badashobora guhonya ubuzima*; ahubwo nyabuna mutinye urya+ ashobora guhonereza ubuzima* n’umubiri vyompi muri Gehena+.