ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET ca Watchtower
Watchtower
ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET
Ikirundi
  • BIBILIYA
  • IVYASOHOWE
  • AMAKORANIRO
  • Gusubira mu vyagezwe 31:6
    Bibiliya y’isi nshasha
    • 6 Mugire umutima rugabo kandi mukomere+. Ntutinye canke ngo uranduke umutima imbere yabo+, kuko Yehova Imana yawe ari we agendana nawe. Ntazoguta canke ngo aguhebe buhere+.”

  • Yosuwa 1:6
    Bibiliya y’isi nshasha
    • 6 Gira umutima rugabo kandi ukomere+, kuko ari wewe uzotuma aba bantu batorana+ igihugu narahiye ba sekuruza ko nzokibaha+.

  • 1 Ngoma 28:10
    Bibiliya y’isi nshasha
    • 10 Nubirabe rero, kuko Yehova ubwiwe yagutoye ngo wubake inzu kugira ngo ibe aheranda. Gira umutima rugabo, ukore+.”

Ibitabu vy’ikirundi (1983-2026)
Sohoka
Injira
  • Ikirundi
  • Rungika
  • Uko vyoza bimeze
  • Copyright © 2025 Watch Tower Bible and Tract Society of Pennsylvania
  • Amasezerano agenga ikoreshwa
  • Ibijanye no kugumya ibanga
  • Gutunganya ibijanye no kugumya ibanga
  • JW.ORG
  • Injira
Rungika