ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET ca Watchtower
Watchtower
ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET
Ikirundi
  • BIBILIYA
  • IVYASOHOWE
  • AMAKORANIRO
  • Guharura 14:9
    Bibiliya y’isi nshasha
    • 9 Gusa ntimugararize Yehova+; kandi mwebwe ntimutinye abantu bo muri ico gihugu+, kuko ari umukate kuri twebwe. Ubwugamo bwabo bwabavuyeko+, kandi Yehova ari kumwe natwe+. Ntimubatinye+.”

  • Gusubira mu vyagezwe 1:29
    Bibiliya y’isi nshasha
    • 29 “Ni kwo kubabwira nti: ‘Ntimuranduke umutima canke ngo mutinye kubera bo+.

  • Gusubira mu vyagezwe 7:18
    Bibiliya y’isi nshasha
    • 18 ntuze ubatinye+. Uko bigenda kwose ukwiye kwibuka ivyo Yehova Imana yawe yagiriye Farawo na Misiri yose+,

  • Zaburi 56:3
    Bibiliya y’isi nshasha
    •  3 Umusi nzotinya, jeho ni wewe nzokwizigira+.

Ibitabu vy’ikirundi (1983-2026)
Sohoka
Injira
  • Ikirundi
  • Rungika
  • Uko vyoza bimeze
  • Copyright © 2025 Watch Tower Bible and Tract Society of Pennsylvania
  • Amasezerano agenga ikoreshwa
  • Ibijanye no kugumya ibanga
  • Gutunganya ibijanye no kugumya ibanga
  • JW.ORG
  • Injira
Rungika