Itanguriro 48:21 Bibiliya y’isi nshasha 21 Maze Isirayeli abwira Yozefu ati: “Ehe ngira mpfe+, mugabo Imana izogumana namwe koko, ibasubize mu gihugu ca ba sogokuruza banyu+. Kuvayo 33:16 Bibiliya y’isi nshasha 16 None bizomenyekanira ku ki yuko nagize ubutoni mu maso yawe, jewe n’abantu bawe? Mbega si uko ujana natwe+, kuko jewe n’abantu bawe twagizwe abatandukanye n’abandi bantu bose bari ku buringanire bw’ubutaka+?” Gusubira mu vyagezwe 20:1 Bibiliya y’isi nshasha 20 “Niwaja ku rugamba kurwana n’abansi bawe maze ukabona amafarasi n’imikogote y’intambara+, abantu benshi kukuruta, ntuze ubatinye; kuko Yehova Imana yawe, uwagukuye mu gihugu ca Misiri+, ari kumwe nawe+. Yesaya 41:10 Bibiliya y’isi nshasha 10 Ntutinye, kuko ndi kumwe nawe+. Ntiweraguze, kuko ndi Imana yawe+. Nzogukomeza+. Nzogufasha vy’ukuri+. Emwe, nzogufata nkugumye n’ukuryo kwanje+ kw’ubugororotsi+.’ Abaroma 8:31 Bibiliya y’isi nshasha 31 None tuvuge iki kuri ivyo? Nimba Imana idushigikiye, ni nde azoturwanya+?
21 Maze Isirayeli abwira Yozefu ati: “Ehe ngira mpfe+, mugabo Imana izogumana namwe koko, ibasubize mu gihugu ca ba sogokuruza banyu+.
16 None bizomenyekanira ku ki yuko nagize ubutoni mu maso yawe, jewe n’abantu bawe? Mbega si uko ujana natwe+, kuko jewe n’abantu bawe twagizwe abatandukanye n’abandi bantu bose bari ku buringanire bw’ubutaka+?”
20 “Niwaja ku rugamba kurwana n’abansi bawe maze ukabona amafarasi n’imikogote y’intambara+, abantu benshi kukuruta, ntuze ubatinye; kuko Yehova Imana yawe, uwagukuye mu gihugu ca Misiri+, ari kumwe nawe+.
10 Ntutinye, kuko ndi kumwe nawe+. Ntiweraguze, kuko ndi Imana yawe+. Nzogukomeza+. Nzogufasha vy’ukuri+. Emwe, nzogufata nkugumye n’ukuryo kwanje+ kw’ubugororotsi+.’