Yosuwa 11:4 Bibiliya y’isi nshasha 4 Nuko barasohoka, bo hamwe n’amakambi yabo yose, abantu mu bwinshi bangana n’udutete tw’umusenyi turi ku nkengera y’ikiyaga+, n’amafarasi+ be n’imikogote y’intambara vyinshi cane.
4 Nuko barasohoka, bo hamwe n’amakambi yabo yose, abantu mu bwinshi bangana n’udutete tw’umusenyi turi ku nkengera y’ikiyaga+, n’amafarasi+ be n’imikogote y’intambara vyinshi cane.