Zaburi 33:17 Bibiliya y’isi nshasha 17 Ifarasi ni uruhendo mu vy’ugukiza+,Kandi ku bwinshi bw’inkomezi zayo, nta we irokora+. Imigani 21:31 Bibiliya y’isi nshasha 31 Ifarasi ni ikintu categuriwe umusi w’urugamba+, mugabo ubukiriro ni ubwa Yehova+.