-
1 Samweli 13:5Bibiliya y’isi nshasha
-
-
5 Abafilisitiya na bo bakoranira hamwe ngo barwanye Isirayeli, imikogote y’intambara+ ibihumbi mirongo itatu n’abagendera ku mafarasi ibihumbi bitandatu n’abantu mu bwinshi bangana n’udutete tw’umusenyi turi ku nkengera y’ikiyaga+; nuko baraduga maze batangura gukambika i Mikimashi, mu buseruko bwa Beti-aveni+.
-