ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET ca Watchtower
Watchtower
ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET
Ikirundi
  • BIBILIYA
  • IVYASOHOWE
  • AMAKORANIRO
  • Itanguriro 22:17
    Bibiliya y’isi nshasha
    • 17 ni ukuri nzoguhezagira, kandi ni ukuri nzogwiza uruvyaro* rwawe nk’inyenyeri zo mu majuru, nk’udutete tw’umusenyi turi ku nkengera y’ikiyaga+; kandi uruvyaro rwawe ruzokwigarurira irembo ry’abansi barwo+.

  • Yosuwa 11:4
    Bibiliya y’isi nshasha
    • 4 Nuko barasohoka, bo hamwe n’amakambi yabo yose, abantu mu bwinshi bangana n’udutete tw’umusenyi turi ku nkengera y’ikiyaga+, n’amafarasi+ be n’imikogote y’intambara vyinshi cane.

  • Abacamanza 7:12
    Bibiliya y’isi nshasha
    • 12 Midiyani na Amaleki n’Abanyabuseruko+ bose bari barundaniye mu kiyaya co hasi ari benshi nk’inzige+; kandi ingamiya zabo+ ntizagira igitigiri, ari nyinshi nk’udutete tw’umusenyi turi ku nkengera y’ikiyaga.

Ibitabu vy’ikirundi (1983-2026)
Sohoka
Injira
  • Ikirundi
  • Rungika
  • Uko vyoza bimeze
  • Copyright © 2025 Watch Tower Bible and Tract Society of Pennsylvania
  • Amasezerano agenga ikoreshwa
  • Ibijanye no kugumya ibanga
  • Gutunganya ibijanye no kugumya ibanga
  • JW.ORG
  • Injira
Rungika