Yosuwa 7:2 Bibiliya y’isi nshasha 2 Maze Yosuwa arungika abagabo bavuye i Yeriko ngo baje i Ayi+ hafi ya Beti-aveni+, mu buseruko bwa Beteli+, ababwira ati: “Duge mutate ico gihugu.” Nuko nya bagabo baduga gutata Ayi+. Yosuwa 18:12 Bibiliya y’isi nshasha 12 Urubibe rwabo rwari mu mfuruka yo mu buraruko uhereye kuri Yorodani, rukaduga rwerekeza ku mumanuko wa Yeriko+ mu buraruko hanyuma rukaduga ku musozi amaja mu burengero, rukagarukira mu gahinga ka Beti-aveni+. 1 Samweli 14:23 Bibiliya y’isi nshasha 23 Yehova atangura gukiza Isirayeli kuri uwo musi+, kandi urugamba ruragenda rurenga i Beti-aveni+.
2 Maze Yosuwa arungika abagabo bavuye i Yeriko ngo baje i Ayi+ hafi ya Beti-aveni+, mu buseruko bwa Beteli+, ababwira ati: “Duge mutate ico gihugu.” Nuko nya bagabo baduga gutata Ayi+.
12 Urubibe rwabo rwari mu mfuruka yo mu buraruko uhereye kuri Yorodani, rukaduga rwerekeza ku mumanuko wa Yeriko+ mu buraruko hanyuma rukaduga ku musozi amaja mu burengero, rukagarukira mu gahinga ka Beti-aveni+.