Yosuwa 7:2 Bibiliya y’isi nshasha 2 Maze Yosuwa arungika abagabo bavuye i Yeriko ngo baje i Ayi+ hafi ya Beti-aveni+, mu buseruko bwa Beteli+, ababwira ati: “Duge mutate ico gihugu.” Nuko nya bagabo baduga gutata Ayi+.
2 Maze Yosuwa arungika abagabo bavuye i Yeriko ngo baje i Ayi+ hafi ya Beti-aveni+, mu buseruko bwa Beteli+, ababwira ati: “Duge mutate ico gihugu.” Nuko nya bagabo baduga gutata Ayi+.