Gusubira mu vyagezwe 3:22 Bibiliya y’isi nshasha 22 Ntimubatinye, kuko Yehova Imana yanyu ari We abarwanira+.’ Gusubira mu vyagezwe 31:6 Bibiliya y’isi nshasha 6 Mugire umutima rugabo kandi mukomere+. Ntutinye canke ngo uranduke umutima imbere yabo+, kuko Yehova Imana yawe ari we agendana nawe. Ntazoguta canke ngo aguhebe buhere+.” Zaburi 20:7 Bibiliya y’isi nshasha 7 Bamwe bavuga ivyerekeye imikogote abandi ivyerekeye amafarasi+,Ariko tweho ivyerekeye izina rya Yehova Imana yacu ni vyo tuzovuga+. Zaburi 46:7 Bibiliya y’isi nshasha 7 Yehova nyen’ingabo ari kumwe natwe+;Ya Mana ya Yakobo ni ahantu hakirurutse hatagira inkomanzi hacu+. Sela. Imigani 21:31 Bibiliya y’isi nshasha 31 Ifarasi ni ikintu categuriwe umusi w’urugamba+, mugabo ubukiriro ni ubwa Yehova+. Abaroma 8:31 Bibiliya y’isi nshasha 31 None tuvuge iki kuri ivyo? Nimba Imana idushigikiye, ni nde azoturwanya+?
6 Mugire umutima rugabo kandi mukomere+. Ntutinye canke ngo uranduke umutima imbere yabo+, kuko Yehova Imana yawe ari we agendana nawe. Ntazoguta canke ngo aguhebe buhere+.”
7 Bamwe bavuga ivyerekeye imikogote abandi ivyerekeye amafarasi+,Ariko tweho ivyerekeye izina rya Yehova Imana yacu ni vyo tuzovuga+.
7 Yehova nyen’ingabo ari kumwe natwe+;Ya Mana ya Yakobo ni ahantu hakirurutse hatagira inkomanzi hacu+. Sela.