Kuvayo 14:14 Bibiliya y’isi nshasha 14 Yehova ubwiwe arabarwanira+, namwe murinumira.” Gusubira mu vyagezwe 1:30 Bibiliya y’isi nshasha 30 Yehova Imana yanyu ni we agendera imbere yanyu. Azobarwanira+ yisunze ivyo yagiranye namwe vyose mu Misiri mu maso yanyu bwite+, Gusubira mu vyagezwe 3:22 Bibiliya y’isi nshasha 22 Ntimubatinye, kuko Yehova Imana yanyu ari We abarwanira+.’
30 Yehova Imana yanyu ni we agendera imbere yanyu. Azobarwanira+ yisunze ivyo yagiranye namwe vyose mu Misiri mu maso yanyu bwite+,