Gusubira mu vyagezwe 1:30 Bibiliya y’isi nshasha 30 Yehova Imana yanyu ni we agendera imbere yanyu. Azobarwanira+ yisunze ivyo yagiranye namwe vyose mu Misiri mu maso yanyu bwite+, Gusubira mu vyagezwe 20:4 Bibiliya y’isi nshasha 4 kuko Yehova Imana yanyu agendana namwe ngo abarwanire mu kurwanya abansi banyu, kugira abakize+.’ 2 Ngoma 20:29 Bibiliya y’isi nshasha 29 Nuko ubwoba+ buvuye ku Mana buba ku bwami bwose bw’ibihugu, aho bumviye ko Yehova yari yarwanije abansi ba Isirayeli+.
30 Yehova Imana yanyu ni we agendera imbere yanyu. Azobarwanira+ yisunze ivyo yagiranye namwe vyose mu Misiri mu maso yanyu bwite+,
29 Nuko ubwoba+ buvuye ku Mana buba ku bwami bwose bw’ibihugu, aho bumviye ko Yehova yari yarwanije abansi ba Isirayeli+.