Kuvayo 14:14 Bibiliya y’isi nshasha 14 Yehova ubwiwe arabarwanira+, namwe murinumira.” Gusubira mu vyagezwe 32:30 Bibiliya y’isi nshasha 30 Mbega umwe yokinagiza gute igihumbi,Babiri na bo bakomora ibihumbi cumi+,Gitandara cabo atabagurishije+,Yehova atabatanze? Yosuwa 23:10 Bibiliya y’isi nshasha 10 Umugabo umwe gusa muri mwebwe azokinagiza igihumbi+, kuko Yehova Imana yanyu ari we abarwanira+, nk’uko nyene yabasezeraniye+.
30 Mbega umwe yokinagiza gute igihumbi,Babiri na bo bakomora ibihumbi cumi+,Gitandara cabo atabagurishije+,Yehova atabatanze?
10 Umugabo umwe gusa muri mwebwe azokinagiza igihumbi+, kuko Yehova Imana yanyu ari we abarwanira+, nk’uko nyene yabasezeraniye+.