Kuvayo 23:27 Bibiliya y’isi nshasha 27 “Nzorungika ukuncikira ivutu kukwitangire imbere+, nte koko mu muvurungano abantu bose ushitsemwo, kandi nzoguha igikanu c’abansi bawe bose+. Gusubira mu vyagezwe 3:22 Bibiliya y’isi nshasha 22 Ntimubatinye, kuko Yehova Imana yanyu ari We abarwanira+.’ Gusubira mu vyagezwe 20:4 Bibiliya y’isi nshasha 4 kuko Yehova Imana yanyu agendana namwe ngo abarwanire mu kurwanya abansi banyu, kugira abakize+.’ Abaroma 8:31 Bibiliya y’isi nshasha 31 None tuvuge iki kuri ivyo? Nimba Imana idushigikiye, ni nde azoturwanya+?
27 “Nzorungika ukuncikira ivutu kukwitangire imbere+, nte koko mu muvurungano abantu bose ushitsemwo, kandi nzoguha igikanu c’abansi bawe bose+.