ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET ca Watchtower
Watchtower
ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET
Ikirundi
  • BIBILIYA
  • IVYASOHOWE
  • AMAKORANIRO
  • Zakariya 13:7
    Bibiliya y’isi nshasha
    • 7 “Wa nkota we, ikangure urwanye umwungere wanje+, egome, umuntu w’umugabo mugenzanje+,” ni ko Yehova nyen’ingabo avuze. “Kubita umwungere+ intama zo mu mukuku zisabagire+; kandi sinzobura kugarukana ukuboko kwanje ku z’inkengerwa+.”

  • Luka 2:35
    Bibiliya y’isi nshasha
    • 35 (egome, inkota ndende izosogota umutima wawe+), kugira ngo ivyiyumviro vyo mu mitima ya benshi bitwikururwe+.”

  • Abaroma 5:6
    Bibiliya y’isi nshasha
    • 6 Kuko mu vy’ukuri igihe twari tukiri abagoyagoya+ ari ho Kristu yapfiriye abatibanga Imana, ku gihe cashinzwe+.

  • Abaheburayo 9:26
    Bibiliya y’isi nshasha
    • 26 Ahandiho, yobwirijwe kubabara kenshi kuva kw’ishingwa+ ry’isi. Mugabo ubu yariyerekanye+ rimwe+ rizima ku nsozero y’ibihe+ kugira ngo akureho igicumuro biciye ku kimazi ciwe ubwiwe+.

Ibitabu vy’ikirundi (1983-2026)
Sohoka
Injira
  • Ikirundi
  • Rungika
  • Uko vyoza bimeze
  • Copyright © 2025 Watch Tower Bible and Tract Society of Pennsylvania
  • Amasezerano agenga ikoreshwa
  • Ibijanye no kugumya ibanga
  • Gutunganya ibijanye no kugumya ibanga
  • JW.ORG
  • Injira
Rungika