Matayo 26:31 Bibiliya y’isi nshasha 31 Maze Yezu ababwira ati: “Mwese ivyanje birabatsitaza muri iri joro, kuko vyanditswe ngo: ‘Nzokubita umwungere, intama zo mu mukuku zisabagire+.’ Mariko 14:50 Bibiliya y’isi nshasha 50 Bose baca baramuta+, barahunga+. Yohani 16:32 Bibiliya y’isi nshasha 32 Ehe isaha iriko iragera, kandi koko irageze, aho muzosanzara umwe wese akaja ku muhana iwe+, nanje mukansiga jenyene; yamara sindi jenyene, kuko Data ari kumwe nanje+.
31 Maze Yezu ababwira ati: “Mwese ivyanje birabatsitaza muri iri joro, kuko vyanditswe ngo: ‘Nzokubita umwungere, intama zo mu mukuku zisabagire+.’
32 Ehe isaha iriko iragera, kandi koko irageze, aho muzosanzara umwe wese akaja ku muhana iwe+, nanje mukansiga jenyene; yamara sindi jenyene, kuko Data ari kumwe nanje+.