Abagalatiya 4:4 Bibiliya y’isi nshasha 4 Ariko aho iherezo ry’igihe gikwiye rimariye gushika+, Imana yaratumye Umwana wayo+, uwahavuye avyarwa n’umugore+ kandi akagabwa n’itegeko+, 1 Petero 1:20 Bibiliya y’isi nshasha 20 Ego ni ko, yamenywe imbere y’igihe, imbere y’ishingwa+ ry’isi, mugabo yashizwe ahabona kw’iherezo ry’ibihe ku bwa mwebwe+
4 Ariko aho iherezo ry’igihe gikwiye rimariye gushika+, Imana yaratumye Umwana wayo+, uwahavuye avyarwa n’umugore+ kandi akagabwa n’itegeko+,
20 Ego ni ko, yamenywe imbere y’igihe, imbere y’ishingwa+ ry’isi, mugabo yashizwe ahabona kw’iherezo ry’ibihe ku bwa mwebwe+