Abakolosayi 1:26 Bibiliya y’isi nshasha 26 rya banga ryeranda+ ryari ryaranyegejwe kuva mu bihe*+ vyarenganye no mu mayaruka yarenganye. Ariko ubu ryarahishuriwe+ aberanda bayo, Tito 1:3 Bibiliya y’isi nshasha 3 yamara mu bihe vyayo bwite ikaba yarahishuye ijambo ryayo muri ca gikorwa nazezwa+ c’ukwamamaza, kw’itegeko ry’Umukiza wacu+, Imana;
26 rya banga ryeranda+ ryari ryaranyegejwe kuva mu bihe*+ vyarenganye no mu mayaruka yarenganye. Ariko ubu ryarahishuriwe+ aberanda bayo,
3 yamara mu bihe vyayo bwite ikaba yarahishuye ijambo ryayo muri ca gikorwa nazezwa+ c’ukwamamaza, kw’itegeko ry’Umukiza wacu+, Imana;